Luka 24:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Bakizazaniwe haca haboneka abagabo babiri bambaye impuzu zica ibibatsi, bahagarara i ruhande yabo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Ivyo bikibazazaniye, abagabo babiri bahagarara i ruhande yabo, bambaye impuzu zikayangana. Faic an caibideil |