Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Luka 24:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 hanyuma barinjira, ariko ikiziga c’Umwami Yesu ntibakibona.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 binjirayo ntibāsangamw’ ikiziga c’Umwami Yesu.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Luka 24:3
6 Iomraidhean Croise  

Bashitse hakurya y’ikiyaga, abigishwa biwe basanga bibagiye gutwara imikate.


Bahashitse, basanga ikibuye cari cugaye imva catembagajwe,


ariko ntibabona ikiziga ciwe. Baje batubwira ko abamarayika babiyeretse, bababwira ko ari muzima.


Umwami Yesu abonye uwo muvyeyi, amugirira impuhwe, aca amubwira ati: “Reka kurira!”


Ni co gituma dukwiye gutora umwe mu bo twabanye mu gihe cose Umwami Yesu yagendanye natwe,


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan