2 Yongera abona n’umupfakazi na we ashizemwo ibiceri bibiri.
2 Abona umupfakazi w’umworo ateramw’ amasenge abiri.
Ariko umupfakazi umwe araza ashiramwo ibiceri bibiri vy’agaciro gato cane.
Aca avuga ati: “Ndababwire ukuri, uwu mupfakazi w’umukene atanze vyinshi kurusha abandi bose.