Luka 21:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Yesu akiri mu rusengero, yunamura amaso abona abatunzi bashize amashikanwa yabo mu co bayatorezamwo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Yunamura amaso, abona abatunzi bashikana, baterera amashikanwa yabo mu masandugu y’amahera. Faic an caibideil |