Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Luka 19:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Muri ico gisagara hari umuntu yitwa Zakayo, yari umutozakori mukuru, kandi yari atunze cane.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Hār’ umuntu yitwa Zakayo, yar’ umutozakori mukuru, kandi yar’ umutunzi.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Luka 19:2
6 Iomraidhean Croise  

hanyuma hakaza Filipo na Baruteremi; hagasubira Toma na Matayo umutozakori; Yakobo mwene Alufayo, na Tadeyo;


Nuko Yesu yinjira mu gisagara ca Yeriko, ahaca arengana.


Yashaka kubona Yesu, ariko ntivyakunda kuko hari isinzi ry’abantu, na we akaba yari mugufi.


Yesu ahashitse, ararangamiza, amubwira ati: “Zakayo, ururuka ningoga, kuko uwu musi nyene nkwiye kurara iwawe.”


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan