Luka 18:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Kandi muri ico gisagara hari umugore yama aza kumwinginga ati: ‘Ncira urubanza runkiza uwundenganya.’ Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Mur’ ico gisagara hār’ umupfakazi, aza kuri we kenshi, aramubarira, ati Ncira urubanza runkiza umwansi wanje. Faic an caibideil |