Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Luka 13:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Aca abacira uwu mugani ati: “Umuntu umwe yari afise igiti c’umusukoni giteye mu murima wiwe w’imizabibu. Umusi umwe aja kuraba ko hari icamwa yosangako, arabura.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Kand’ abacira uyu mugani, ati Hābaye umuntu yar’ afise umusukoni watewe mu ruzabibu rwiwe, araza awuronderakw insukoni arazibura.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Luka 13:6
14 Iomraidhean Croise  

Haba na mba! Ariko nimutihana namwe muzohona nka bo.”


Mbere incabiti ibanguriwe imizi y’ibiti: igiti cose kitama ivyamwa vyiza kigiye gucibwa gitererwe mu muriro.”


Si mwebwe mwantoranije, ni jewe nabatoranije. Nabashizeho kugira ngo mugende mwame ivyamwa, kandi ivyamwa bihoraho, kugira ngo ico muzosaba Data cose mw’izina ryanje azokibahe.


Ariko ivyamwa vya Mpwemu Yera ni ibi: urukundo, umunezero, amahoro, ukwihangana, ingeso nziza, kugira neza, ubwizigirwa,


Ibi sindabivugishijwe no gushaka ibindi, ariko nipfuje kubashimira ku neza mwangiriye.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan