Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Luka 12:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Mbere n’imishatsi yo ku mitwe yanyu yaraharuwe yose. Nuko rero ntimutinye, kuko musumvya agaciro utunyoni twinshi.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Ariko n’umushatsi wo ku mitwe yanyu wose waraharūwe. Ntimutinye; muruta utunyoni twinshi.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Luka 12:7
10 Iomraidhean Croise  

Namwe murazi neza ko umuntu afise agaciro karengeye ak’intama! Ni co gituma vyemewe gukora iciza ku musi w’Isabato.”


Nimwitegereze inyoni zo mu kirere: ntizibiba, ntizimbura kandi nta co zegeraniriza mu bigega; ariko So wo mw’ijuru arazigaburira! None mwebwe ntimuziruta cane?


Ariko nta n’agashatsi ko ku mitwe yanyu kazotakara


None rero ndabasavye murabe ico murya, kugira ngo mubeho; kuko nta n’umwe muri mwebwe azotakaza n’agashatsi ko ku mutwe wiwe.”


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan