Luka 12:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Nta cagizwe ibanga kitazomenyekana, kandi nta canyegejwe kitazonyegururwa. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Nta catwikiriwe kitazotwikururwa, canke kinyegejwe kitazomenyekana. Faic an caibideil |