Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Luka 11:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Uduhe ivyokurya bidukwiye ku musi ku musi.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 imisi yose uduhe ivyo kurya vyayo;

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Luka 11:3
7 Iomraidhean Croise  

Uduhe ivyokurya bidukwiye uno musi,


Nuko rero ntimugahagarike imitima ku vy’ejo, kuko ejo hazoza hafise ingorane bijanye. Umusi wose ufise umwitwarariko wawo.


Abantu b’i Beroya bari bugurutse kurusha ab’i Tesalonike, kuko bakiriye Ubutumwa Bwiza n’ishaka ryinshi, bakama basesangura Ivyanditswe ku musi ku musi, kugira ngo barabe ko ivyo Pawulo abigisha ari ivy’ukuri.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan