Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Luka 1:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Umusi umwe, Zakariya yariko arakora igikorwa ciwe c’ubuherezi mu ngoro y’Imana, kuko umugwi wiwe ari wo wari uramukiwe.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Maze yarikw arakora igikorwa c’ubuherezi imbere y’Imana, ukw imbu zabo zikurikirana;

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Luka 1:8
16 Iomraidhean Croise  

Igihe Herode yari umwami w’i Yudaya, hari umuherezi yitwa Zakariya wo mu mugwi w’abaherezi bitirirwa Abiya. Umugore wiwe yitwa Elizabeti, na we akaba yakomoka mu muryango wa Aroni.


Ariko nta mwana bari bafise, kuko Elizabeti atavyara, kandi bompi bari bashaje cane.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan