Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Luka 1:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Ariko nta mwana bari bafise, kuko Elizabeti atavyara, kandi bompi bari bashaje cane.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Ariko ntibagira umwana, kuko Elisabeti yar’ ingumba, kandi bompi bāri bageze mu zabukuru.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Luka 1:7
16 Iomraidhean Croise  

Igihe Herode yari umwami w’i Yudaya, hari umuherezi yitwa Zakariya wo mu mugwi w’abaherezi bitirirwa Abiya. Umugore wiwe yitwa Elizabeti, na we akaba yakomoka mu muryango wa Aroni.


Zakariya na Elizabeti bari abagororotsi imbere y’Imana, kandi bakurikiza ivyagezwe n’amabwirizwa vy’Umwami Imana ata co bahajije.


Umusi umwe, Zakariya yariko arakora igikorwa ciwe c’ubuherezi mu ngoro y’Imana, kuko umugwi wiwe ari wo wari uramukiwe.


Ico gihe yari afise hafi imyaka ijana, ariko ukwizera kwiwe ntikwigeze kugabanuka, naho umubiri wiwe wari umaze kuba akaheze, kandi na Sara akaba yasa n’utagishobora kuvyara.


Ukwizera ni kwo kwatumye Sara ashobora gusama inda, naho yari ingumba kandi abakaba yari ashaje cane. Yizeye ko Imana yasezeranye ari umwizigirwa.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan