Luka 1:51 - Bibiliya mu Kirundi coroshe51 Ukuboko kwayo kwakoze ivy’inkomezi; yashwiragije abishira hejuru mu mitima yabo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)51 Yerekanishije ubushobozi ukuboko kwayo, Yasābagije abībona mu vyo biyumvira mu mitima yabo. Faic an caibideil |