Luka 1:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ni co gituma nanje, maze gutohoza neza uko vyagenze vyose kuva mu ntango, nahisemwo kukwandikira inkuru y’ukuri kandi itomoye, nyakwubahwa Teyofilo, Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Nuko nanje, mpejeje gukurikiranya vyose neza mpereye ku vya mbere, nabonye kw ari vyiza kubikwandikira uko bikurikirana, wewe Teyofilo umwubahwa, Faic an caibideil |