Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyakozwe 8:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Abantu bubaha Imana baraza bahamba Sitefano, baramugandarira cane.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Abantu bubaha Imana bahamba Stefano, baramuborogera cane.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyakozwe 8:2
19 Iomraidhean Croise  

Abigishwa ba Yohana bavyumvise baraza batora ikiziga ciwe baja kugihamba.


I Yerusalemu hari umugabo yitwa Simeyoni, yari umugororotsi kandi yubaha Imana. Yari yiteze kubona ukwirurwa kwa Isirayeli, kandi Mpwemu Yera yari kuri we.


We n’umuryango wiwe bari bariyeguriye kwubaha Imana. Yaratanga ivyiwe abifashisha aboro, kandi agasenga cane yamizako.


Kandi hariho Abayuda benshi bubaha Imana bari i Yerusalemu, bari baje bava mu mahanga yo musi y’ijuru.


Na Sawuli ni ho yari ari, kandi yari ashigikiye ko Sitefano yicwa. Uwo musi haca haduka ihamwa rikomeye kw’ishengero ry’i Yerusalemu, maze abigishwa bose, kiretse intumwa, basanzarira i Yudaya n’i Samariya.


Ariko Sawuli we agerageza gusambura ishengero; yinjira mu nzu ku yindi agafata abagabo n’abagore bizera, akabata mw’ibohero.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan