Ivyakozwe 7:51 - Bibiliya mu Kirundi coroshe51 Mwa ntagondwa mwe, imitima yanyu n’amatwi yanyu ntibirakebwa. Mumeze nka ba sogokuruza banyu: mwama mugarariza Mpwemu Yera. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)51 Yemwe abatagonda izosi, mwa ntakebga mu mitima no mu matwi, na ntaryo murwanya Mpwemu Yera. Uko ba sogokuruza banyu bākora, ni ko namwe mukora. Faic an caibideil |