Ivyakozwe 7:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Basubiyeyo ubwa kabiri, Yosefu yihishurira benewabo, Farawo na we abona kumenya umuryango wa Yosefu. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Kand’ ubugira kabiri Yosefu yibarira bene se, umuryango wa Yosefu umenywa na Farawo. Faic an caibideil |