Ivyakozwe 6:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Bamwe cumi na babiri baca bakoranira hamwe n’abandi bigishwa, bavuga bati: “Si vyiza ko dufata minenegwe igikorwa co kugabura ijambo ry’Imana bitumwe no kugabura ivyokurya. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Bamwe cumi na babiri bakoranya ishengero ry’abigishwa, bati Ntibibereye yuko twebge turekera ijambo ry’Imana kugaburisha ivyo ku meza. Faic an caibideil |