Ivyakozwe 5:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Petero aramubaza ati: “Tubwire! Aya ni yo mahera yose mwe na Ananiya mwakuye mw’itongo mwagurishije?” Safira ati: “Egome, ni ayo.” Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Petero aramubaza, ati Mbarira: mbeg’ ishamvu mwayiguze ayo nyene? Aramwishura, at’ Ego me, n’ayo. Faic an caibideil |