6 Maze abasore bari aho bava hasi, batekera ikiziga ciwe bakijana kugihamba.
6 Imisore iva hasi, iramutekera, iramujana, iramuhamba.
Nuko bafata ikiziga ca Yesu bakizingira mu bitambara vyera, bashiramwo na vya bimota neza, nk’uko Abayuda babigenza mu guhamba.
Haciye nk’amasaha atatu umugore wiwe aca arashika, atazi ivyabaye.