Ivyakozwe 5:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Abantu isinzi bama bakorana bavuye mu mihana ikikuje Yerusalemu, bazanye abagwaye n’abafashwe n’impwemu mbi, kandi bose barakira. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Hakoranira ishengero rivuye no mu bisagara bihereranye n’i Yerusalemu, bazana abarwaye n’abababazwa n’impwemu zihumanye: bakizwa uko bangana. Faic an caibideil |