Ivyakozwe 4:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Bukeye, abatware, abashingantahe n’abigisha b’ivyagezwe bakoranira i Yerusalemu. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Bukeye bg’aho, abashingantahe babo bo n’abakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe bakoranira i Yerusalemu, Faic an caibideil |