Ivyakozwe 4:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Ni wewe wavugiye muri Mpwemu Yera uciye mu kanwa k’umusavyi wawe, sogokuruza wacu Dawidi, uti: ‘Ni kuki abanyamahanga bateye umuvurungano, n’amoko akagira inama z’ubusa? Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 kandi wavugiye mu kanwa ka sogokuruza Dawidi, umusavyi wawe, ubivugisha Mpwemu Yera, ut’ Abanyamahanga n’iki kibateye umuvurungano, N’amoko yagīriye ingingo iki ivy’ ubusa? Faic an caibideil |