Ivyakozwe 4:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Nuko babanza kubatera ubwoba cane, hanyuma barabarekura barataha. Ntibaronse ingene bari bubahane kubera abari aho bose bariko bashima Imana ku vyari vyabaye. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Na bo bongeye kubahahiriza, barabarekura, babuze uko bobahana kubg’ abantu, kuko bose bāhimbaza Imana ku vyābaye. Faic an caibideil |