Ivyakozwe 4:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Maze bararaka cane kuko izo ntumwa zariko zigisha abantu ko muri Yesu hari ukuzuka kw’abapfuye. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 bababajwe cane n’uko bigisha abantu, bababarira yuk’ ukuzuka kw’abapfuye kwabonetse kuri Yesu. Faic an caibideil |