Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyakozwe 4:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Barabazanya bati: “Mbega aba bantu tubagire dute? Abantu bose baba i Yerusalemu barazi ko bakoze igitangaza c’akataraboneka, kandi natwe ntitwobiharira.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 bati Mbeg’ aba bantu tubagire dute? Ko vyamenyekanye mu baba i Yerusalemu bose yuko bakoze ikimenyetso kibaye rurangiranwa, natwe ntidushobora kubihakana;

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyakozwe 4:16
10 Iomraidhean Croise  

Baramwishura bati: ‘Ni kubera twabuze uwuduha ico dukora.’ Na we arababwira ati: ‘Namwe nimugende mukore mu murima wanje.’


Ico gihe, hariho imbohe izwi cane yitwa Yesu Baraba.


kuko nzobaha amajambo n’ubwenge bizotuma abababuranya badashobora kubahaririza canke ngo babahinyuze.


Ni co gituma abantu benshi barondera iyo ari. Bari bumvise ko yakoze ico gitangaza.


Ariko ntibashobora guhagarara imbere y’ubwenge bwiwe hamwe n’Impwemu yamuvugisha.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan