Ivyakozwe 4:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Babonye ubushizi bw’amanga bwari muri Petero na Yohana, bakamenya ko batize, ahubwo ko ari abantu batobato, baratangara cane, ariko bamenya ko bagendanye na Yesu. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Babonye ugushira amanga kwa Petero na Yohana, kandi babona ko batigishijwe, atar’ abanyabgenge, baratangara; maze bamenya ko bābana na Yesu; Faic an caibideil |