Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyakozwe 4:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Ni we ‘buye ryatawe n’abubatsi, ariko ryahindutse irigumya imfuruka.’

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Uwo ni we buye mwebge abubatsi mwātītūye, kandi ryahindutse irigumya imfuruka.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyakozwe 4:11
20 Iomraidhean Croise  

Yesu arabishura ati: “Ni ukuri, Eliya ategerezwa kubanza kuza kugira ngo asubize vyose mu buryo. None ni kuki handitswe ko Umwana w’Umuntu ategerezwa kubabazwa cane akongera agasuzugurwa?


Mbega hari umuvugishwa n’umwe ba sogokuruza banyu batahamye? Mbere bishe n’abavugishijwe ku kuza kwa wa Umugororotsi. None namwe ubu mwaramugurishije, muramwica,


Ko dufise ivyo vyizigiro, dufise ugushira amanga.


None rero, kubera ko Imana mu buntu bwayo yatwizigije iki gikorwa, imitima yacu ntihugumbwa.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan