Ivyakozwe 4:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Abaherezi bari kumwe n’umukuru w’abarinzi b’urusengero hamwe n’Abasadukayo baca baraza aho Petero na Yohana bariko barigishiziza. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Bakivugana n’abantu, abaherezi bazanana aho bari n’umukuru w’abashibamyi b’urusengero, n’Abasadukayo, Faic an caibideil |