Ivyakozwe 3:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ariko Petero aravuga ati: “Ifeza n’inzahabu nta vyo mfise, ariko ico mfise ndakiguha. Mw’izina rya Yesu Kristo Umunyenazareti, va hasi utambuke!” Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Petero aramubarira, at’ Ifeza n’izahabu nta vyo mfise, arikw ico mfise ndakiguha: mw izina rya Yesu Kristo Umunyanazareti, va hasi utambuke. Faic an caibideil |