Ivyakozwe 3:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Biciye mu kwizera izina rya Yesu, uwu muntu yakize. Ni izina rya Yesu n’ukwizera kuva kuri we vyamukijije neza nk’uko muvyibonera mwese. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Kand’ uyu, uwo mubona kandi muzi, kuko yizeye izina ry’uwo, iryo zina ryamuhaye inkomezi: mber’ ukwizera ahawe na we ni kwo kumukirije rwose imbere yanyu mwese. Faic an caibideil |