Ivyakozwe 3:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Kubera ko wa muntu yaguma yumiye kuri Petero na Yohana, abantu bose biruka iyo bari, barundana mw’ibaraza ryitwa Ibaraza rya Salomo, batangaye cane. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Agifashe Petero na Yohana, abantu bose birukira kuri bo, bakoranira kw ibaraza ryitwa irya Salomo, batangaye cane. Faic an caibideil |