Ivyakozwe 26:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Maze ga mwami, nko kw’isaha ya gatandatu y’umurango, ndi mu nzira ngenda, mbona umuco mwinshi uva mw’ijuru, uruta uw’izuba, uturasira impande zose twe n’abo twari kumwe. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Nuko mugenzi, nkigenda mu mashōka, mbona umuco uvuye mw ijuru, urusha ukw izuba rica ibibatsi, unkayanganira irya n’ino, twe n’abo tugendanye. Faic an caibideil |