Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyakozwe 26:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Agiripa na we abarira Pawulo ati: “Urahawe uburenganzira bwo kwiregura.” Pawulo aca aramvura ukuboko, atangura kwiregura, avuga ati:

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Agiripa abarira Paulo, at’ Uremerewe kwiregura. Maze Paulo aramvura ukuboko, ariregura,

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyakozwe 26:1
12 Iomraidhean Croise  

“Mbega Ivyagezwe vyacu biratwemerera gucira urubanza umuntu tutabanje kumwumviriza ngo tumenye ivyo yakoze?”


Arababwira ati: “Bavukanyi namwe bavyeyi, nimwumvirize ukwiregura kwanje.”


Nababwiye ko bitari mu migenzo y’Abaroma gucira urubanza umuntu adahawe umwanya wo kuburana n’abamwitwariye ngo aronke akaryo ko kwiregura ku vyo bamwagiriza.


Ntibibereye ko ndungika imbohe nterekanye ico yagirizwa.”


“Mwami Agiripa, ngiriwe ubuntu bwo guhagarara imbere yawe uno musi, niregura ku vyo nagirizwa n’Abayuda,


Ariko Umwami Yesu yishura Ananiya ati: “Genda, kuko uwo Sawuli ari igikoresho natoranije kugira ngo amenyekanishe izina ryanje mu Banyamahanga n’abami babo, ndetse no mu bwoko bwa Isirayeli.


Ariko ku vyerekeye Isirayeli, Imana yaravuze iti: “Umusi wose niriwe nshanje amaboko, ndayategeye ubwoko butumvira kandi bw’intagondwa.”


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan