Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyakozwe 24:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 kandi yagerageje no guhumanya urusengero, maze turamufata. [Twashaka kumucira urubanza twisunze ivyagezwe vyacu,

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Kandi yagejeje no guhumanya urusengero, turamufata, [twāri tugomvye kumucira urubanza nk’ukw ivyagezwe vyacu bivuga.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyakozwe 24:6
8 Iomraidhean Croise  

Pilato arababwira ati: “Nimumujane mwebwe nyene mumucire urubanza mukurikije amategeko yanyu.” Baramwishura bati: “Ntitwemerewe gucira umuntu urubanza rwo gupfa.”


Aba bantu mwabazanye ngaha kandi ata na kimwe bivye mu ngoro canke ngo batuke imana yacu.


Bagishira urwamo hejuru, bata impuzu bongera basurira umukungugu hejuru,


Aba bariko baranyagiriza ntibigeze basanga ndiko ndaharira n’umuntu n’umwe, canke ngo ngumure abantu haba mu rusengero, mu masinagogi, canke ahandi aho ariho hose muri ico gisagara.


ariko Lusiyasi umukuru w’abasoda araza amudushikura mu maboko ku nguvu,


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan