Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyakozwe 23:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Avuze uko, haca haduka ukutumvikana hagati y’Abafarisayo n’Abasadukayo, ikoraniro rica ryicamwo kubiri.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Avuze artyo, havyuka ibihāri mu Bafarisayo n’Abasadukayo, abanyarukinja birema ibice.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyakozwe 23:7
6 Iomraidhean Croise  

Ntimwiyumvire ko naje nzanye amahoro kw’isi! Haba na mba! Sinazanye amahoro, ahubwo nazanye intambara;


Maze abantu bo muri ico gisagara bicamwo imigwi, bamwe begamira Abayuda, abandi begamira intumwa.


Pawulo amenye ko mu bari ngaho harimwo Abasadukayo n’Abafarisayo, aca abwira abagize iyo Nama Nkuru ati: “Bavukanyi, jewe ndi Umufarisayo, kandi na data ni Umufarisayo. Aha ndiko ncirwa urubanza kuko mfise ivyizigiro ko hariho ukuzuka kw’abapfuye.”


Mu bisanzwe, Abasadukayo bavuga ko ata kuzuka, ata bamarayika canke impwemu bibaho, ariko Abafarisayo bo bemera ko ivyo vyose bibaho.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan