Ivyakozwe 21:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ariko iyo ndwi iheze, duca turabandanya urugendo. Bene Data bose, bari kumwe n’abagore n’abana, baraduherekeza kuva mu gisagara gushika ku nkengera y’ikiyaga. Tuhashitse, turapfukama turasenga. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Turangije iyo misi, tuvayo turagenda, bose baduherekezanya n’abagore n’abana, baturenza igisagara, dupfukama ku musenyi, turasenga. Faic an caibideil |