Ivyakozwe 21:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Tuhamaze imisi, haza uwuvugishwa n’Imana yitwa Agabo, yari amanutse ava i Yudaya. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Tugitevyey’ imisi myinshi, haza ūvugishwa n’Imana yitwa Agabo, yar’ amanutse avuye i Yudaya. Faic an caibideil |