Ivyakozwe 21:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Tumaze gusezera abakuru bo muri Efeso no gutandukana na bo, duca twurira ubwato tuja i Kosi. Ku musi ukurikira tuja i Rodo, hanyuma tuvayo tuja i Patara. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Tumaze gutandukana na bo, no gutambukira mu bgato, turaramiriza tuja i Kosi: bukeye bg’aho dufata i Rodo, tuvayo dufata i Patara. Faic an caibideil |