Ivyakozwe 19:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 gushika aho n’igitambara canke impuzu yakozeko abantu babikoza ku barwaye, bagakira ingwara n’ababoshwe n’impwemu mbi zikabavamwo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 vyatuma bashīra abarwaye ibitambara n’ivyambazo bivuye ku mubiri wiwe, bagakira indwara zabo, impwemu zihumanye zikabavamwo. Faic an caibideil |