Ivyakozwe 15:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Imana, yoyo izi imitima y’abantu, yerekanye ko ibemeye mu kubaha Mpwemu Yera, nk’uko yamuduhaye. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kand’ Imana izi imitima, yarabashingiye intahe, hamwe yabaha Mpwemu Yera, nk’uko yamuduhaye natwe; Faic an caibideil |