Ivyakozwe 13:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ariko wa munyamareba Eluma (izina ryiwe ni ko risobanurwa mu Kigiriki), arabahaririza agomba guhuvya ukwizera kwa ca cariho ca Kayisari. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ariko Eluma, uwo munyamarēba (izina ryiwe ni ko risobanurwa), arabahāririza, ashaka guhuvya ico cēgēra ngo nticizere. Faic an caibideil |