Ivyakozwe 13:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe42 Mu gihe Pawulo na Barunaba bariko barasohoka bava mw’isinagogi, abantu barabinginga ngo azogaruke ku musi w’Isabato ikurikira kugira ngo bashishikare kwigisha kuri ayo majambo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 Bariko barasohoka, barabinginga ngw ayo majambo az’ avugwe no kw isabato izoza. Faic an caibideil |