Ivyakozwe 13:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Pawulo ahagurutse, arabamama ngo bacereze, arababwira ati: “Yemwe Bisirayeli namwe Banyamahanga mwubaha Imana, muntege amatwi! Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Paulo ava hasi, arabamama, arababarira, ati Yemwe bagabo b’Abisirayeli, namwe abubaha Imana, ni mwumve. Faic an caibideil |