Ivyakozwe 12:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Amaze kumufata, amushira mw’ibohero amuha imigwi ine y’abasoda bane bane bakuranwa kumurinda. Herode yagomba kuzomucira urubanza ku mugaragaro inyuma ya Pasika. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Amaze kumufata, amushira mw ibohero, amuha abasoda cumi na batandatu kumurinda ari bane‐bane, agira ngw az’ amushikirize abantu, Pasika ishize. Faic an caibideil |