Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyakozwe 12:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Ariko Petero ashishikara kudodora, buguruye urugi basanga ni we, baratangara cane.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Ariko Petero ashishikara gukomanga: buguruye baramubona, barūmirwa.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyakozwe 12:16
3 Iomraidhean Croise  

Petero aradodora ku rugi rwo kw’irembo, umukobwa w’umuguranokazi yitwa Roda aca aza kuraba uwudodoye.


Baca bamubwira bati: “Na mba wataye ubwenge!” Ariko babonye ashishikaye kuvyemeza, baca bavuga bati: “Ashobora kuba ari umumarayika wiwe!”


Petero aca arabamama ngo batekereze, aca abiganira ido n’ido ukuntu Umwami Imana yamukuye mw’ibohero. Arababwira ati: “Murabibwira Yakobo n’abandi bene Data.” Aca ava aho aragenda.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan