Ivyakozwe 12:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Nuko baca ku bararirizi ba mbere n’aba kabiri, bashika no ku rugi rw’irembo ryaja mu gisagara, rwari urw’icuma. Maze ruriyugurura, bararengana, barasohoka. Bagishika mw’ibarabara, wa mumarayika asiga Petero, ntiyasubira kuboneka. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Baciye ku bateramyi ba mbere no ku ba kabiri, bashika kw irembo ryugarije urugi rw’icuma, rija mu gisagara. Rurabīyugururira ubgarwo, barenga irembo baca mu nzira imwe, uwo mwanya umumarayika aca amusiga hano. Faic an caibideil |