Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyakozwe 11:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Nanje ndishura nti: ‘Oyaye Mwami, ntibikabe! Kuko jewe ntigeze ndya ikintu na kimwe gihumanye.’

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Nanje nt’ Oyaye, Mwami, kukw ata kizira cank’ igihumanya cigeze kija mu kanwa kanje.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyakozwe 11:8
9 Iomraidhean Croise  

maze babona bamwe mu bigishwa biwe bafungura kandi amaboko yabo ahumanye, ni ukuvuga batakaravye nk’uko umugenzo wabitegeka.


Nca numva ijwi rimbarira riti: ‘Petero we, haguruka, ubage urye.’


Rya jwi ryongera kuvuga ubwa kabiri rivuye mw’ijuru riti: ‘Ico Imana yahumanuye ntukacite igihumanye.’


Ndazi neza ntakekeranya, nemejwe n’Umwami Yesu, ko ata kintu na kimwe gihumanye ubwaco. Ariko nimba hariho umuntu yiyumvira ko ikintu kanaka gihumanye, ico kintu gicika igihumanye kuri we.


Kuko umugabo atizera yezwa biciye ku mugore wiwe, kandi n’umugore atizera yezwa biciye ku mugabo wiwe. Ahandi ho abana banyu bobaye abahumanye, ariko noneho barejejwe.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan