7 Nca numva ijwi rimbarira riti: ‘Petero we, haguruka, ubage urye.’
7 Kandi numva ijwi rimbarira, riti Va hasi, Petero, ubāge urye.
Nihweje muri co, mbona ibikoko bigendera ku maguru ane, inyamaswa zo mw’ishamba, ibikwega inda hasi hamwe n’ibiguruka mu kirere.
Nanje ndishura nti: ‘Oyaye Mwami, ntibikabe! Kuko jewe ntigeze ndya ikintu na kimwe gihumanye.’
Kubera rero ivyo Imana yaremye vyose ari vyiza ntagikwiye gutabwa, ahubo dukwiye kuvyakira dushima,