Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyakozwe 11:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Nuko Petero ahera ku ntango, abasigurira neza vyose uko vyagenze. Arababwira ati:

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Maze Petero aratangura, abibasobanurira uko bikurikirana,

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyakozwe 11:4
5 Iomraidhean Croise  

Nta kintu na kimwe yabigishije adakoresheje imigani. Ariko asigaranye n’abigishwa biwe bonyene, yaca abasigurira vyose.


Ni co gituma nanje, maze gutohoza neza uko vyagenze vyose kuva mu ntango, nahisemwo kukwandikira inkuru y’ukuri kandi itomoye, nyakwubahwa Teyofilo,


Bashitse muri Antiyokiya, bakoranya ishengero baryiganira ivyo Imana yabakoresheje vyose, n’ukuntu yugururiye imiryango Abanyamahanga na bo bakizera.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan